18 : 66
قَالَ لَهُۥ مُوسَىٰ هَلۡ أَتَّبِعُكَ عَلَىٰٓ أَن تُعَلِّمَنِ مِمَّا عُلِّمۡتَ رُشۡدٗا
Maze Musa aramuramutsa amahoro y’Imana Allah, aca amubwira ati: “Wonkundira ga mugenzi nkagukurikira kugira unyigishe mu vyo wigishijwe n’Imana Allah, biheze bingirire akamaro?”.