Skip to content
الكَهف /

Ayah 59

18 : 59
الكَهف Ayahs 110
Surah · الكَهف
Ikirundi · Gehiti
18 : 59

وَتِلۡكَ ٱلۡقُرَىٰٓ أَهۡلَكۡنَٰهُمۡ لَمَّا ظَلَمُواْ وَجَعَلۡنَا لِمَهۡلِكِهِم مَّوۡعِدٗا

Abahora baba muri turya ducimbiri turi hafi yanyu, Twebwe Allah Twabahoneje igihe birenganya mu kugarariza, Tukaba Twari Twabageneye isango ryo kubahonya, aho nya sango rigereye rero Twarabahoneje.

Explanation & meanings · 1
  1. Uducimbiri tw’abarungikiwe Intumwa Hudi, Swalehe, Luutwi na Shu’ayibu (za nyakugira impuhwe z’Imana Allah).