Skip to content
الكَهف /

Ayah 46

18 : 46

Ayah 46 of الكَهف (18 : 46). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الكَهف Ayahs 110
Surah · الكَهف
Ikirundi · Gehiti
18 : 46

ٱلۡمَالُ وَٱلۡبَنُونَ زِينَةُ ٱلۡحَيَوٰةِ ٱلدُّنۡيَاۖ وَٱلۡبَٰقِيَٰتُ ٱلصَّٰلِحَٰتُ خَيۡرٌ عِندَ رَبِّكَ ثَوَابٗا وَخَيۡرٌ أَمَلٗا

Amatungo n’ibibondo rero, ni ibisharizo vy’ubuzima bwo kw’isi. Nayo ibikorwa vyiza vyamaho, ni vyo bifise indishi nziza cane gusumba ku Mana yawe Rurema Allah, ni na vyo umuntu wese yizigira, azeyemwo agakiza mu buzima bw’inyuma yo gupfa.

Explanation & meanings · 1
  1. Na canecane itaziramana ryo kuninahaza Imana Allah, gushimagiza Imana Allah no kuyikuza.