Skip to content
الكَهف /

Ayah 37

18 : 37
الكَهف Ayahs 110
Surah · الكَهف
Ikirundi · Gehiti
18 : 37

قَالَ لَهُۥ صَاحِبُهُۥ وَهُوَ يُحَاوِرُهُۥٓ أَكَفَرۡتَ بِٱلَّذِي خَلَقَكَ مِن تُرَابٖ ثُمَّ مِن نُّطۡفَةٖ ثُمَّ سَوَّىٰكَ رَجُلٗا

Mugenziwe w’umwemeramana ni ho yamubwira amuhanura, ati: “Bikugendera gute ngo ugararize Imana Allah Yakuremye mw’ivu ufatiye kw'iremwa rya so Adamu, hanyuma Ikurema mw’ima ry’intanga, hanyuma Irakuringaniza Ikugira umuntu muzima!.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah irerekana neza ko Imana Allah Yatanguye kurema, Ishoboye gusubira kurema mu gihe co kuzura ibiremwa.