Skip to content
الإسرَاء /

Ayah 67

17 : 67
الإسرَاء Ayahs 111
Surah · الإسرَاء
Ikirundi · Gehiti
17 : 67

وَإِذَا مَسَّكُمُ ٱلضُّرُّ فِي ٱلۡبَحۡرِ ضَلَّ مَن تَدۡعُونَ إِلَّآ إِيَّاهُۖ فَلَمَّا نَجَّىٰكُمۡ إِلَى ٱلۡبَرِّ أَعۡرَضۡتُمۡۚ وَكَانَ ٱلۡإِنسَٰنُ كَفُورًا

Iyo mukozweko n’ivyago mw’ibahari mugahakwa gutwarwa, mushoka mwibagira ivyo mwahora mubangikanya n'Imana Allah, maze mugasaba Imana Imwe Rudende Allah muyitakambira ngo Ibibakureko, Imana Allah Yamara kubibakurako, Ikabashikana imusozi amahoro, mugaca mwigira ba sindabibazwa mu kwirengagiza itakambiramana ku bugaba bwanyu. Burya zina kiremwa-muntu, kuva na kera na rindi, yamye yihakana inema z’Imana Allah.