Skip to content
النَّحل /

Ayah 83

16 : 83

Ayah 83 of النَّحل (16 : 83). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النَّحل Ayahs 128
Surah · النَّحل
Ikirundi · Gehiti
16 : 83

يَعۡرِفُونَ نِعۡمَتَ ٱللَّهِ ثُمَّ يُنكِرُونَهَا وَأَكۡثَرُهُمُ ٱلۡكَٰفِرُونَ

Ababangikanyamana barazi inema y’Imana Allah yo kurungikirwa Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), hanyuma bagahakana bivuye inyuma irungikwa ryayo, burya abenshi muri bo, barayigarariza.