Skip to content
النَّحل /

Ayah 13

16 : 13

Ayah 13 of النَّحل (16 : 13). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النَّحل Ayahs 128
Surah · النَّحل
Ikirundi · Gehiti
16 : 13

وَمَا ذَرَأَ لَكُمۡ فِي ٱلۡأَرۡضِ مُخۡتَلِفًا أَلۡوَٰنُهُۥٓۚ إِنَّ فِي ذَٰلِكَ لَأٓيَةٗ لِّقَوۡمٖ يَذَّكَّرُونَ

Yaranabaremeye mw’isi ibinyabuzima bigendagenda hamwe n’ubutare, n’ibindi bintu ngirakamaro bifise amabara atandukanye, biri mu nda y’isi. Mw’irema ry’ivyo vyose rero, mu butandukane bw’amabara yavyo n’akamaro kavyo, ni ukuri harimwo icemezo kigaragara, cotuma abantu bibuka bagasenga Imana Imwe Rudende Allah batayibangikanya.