12 : 27
وَإِن كَانَ قَمِيصُهُۥ قُدَّ مِن دُبُرٖ فَكَذَبَتۡ وَهُوَ مِنَ ٱلصَّٰدِقِينَ
Hamwe naho ikanzu ya Yusufu yoba yatabutse mu mugongo, uyo mugore azoba yabesheye Yusufu; Yusufu na we muri ico gihe, azoba ari mu mvugakuri”.