Skip to content
هُود /

Ayah 77

11 : 77

Ayah 77 of هُود (11 : 77). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

هُود Ayahs 123
Surah · هُود
Ikirundi · Gehiti
11 : 77

وَلَمَّا جَآءَتۡ رُسُلُنَا لُوطٗا سِيٓءَ بِهِمۡ وَضَاقَ بِهِمۡ ذَرۡعٗا وَقَالَ هَٰذَا يَوۡمٌ عَصِيبٞ

Igihe intumwa zacu Twebwe Allah z’abamalayika zashika kwa Luutwi, Luutwi yaragize impungenge ku muzo wazo, aca avuga akizibona ati: “Ni umusi w’igeragezwa ritoroshe pe!”.

Explanation & meanings · 1
  1. Ataramenya ko ari abamalayika, ku gutinya ko hagira abantu baza kubipfuza.