Skip to content
هُود /

Ayah 116

11 : 116

Ayah 116 of هُود (11 : 116). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

هُود Ayahs 123
Surah · هُود
Ikirundi · Gehiti
11 : 116

فَلَوۡلَا كَانَ مِنَ ٱلۡقُرُونِ مِن قَبۡلِكُمۡ أُوْلُواْ بَقِيَّةٖ يَنۡهَوۡنَ عَنِ ٱلۡفَسَادِ فِي ٱلۡأَرۡضِ إِلَّا قَلِيلٗا مِّمَّنۡ أَنجَيۡنَا مِنۡهُمۡۗ وَٱتَّبَعَ ٱلَّذِينَ ظَلَمُواْ مَآ أُتۡرِفُواْ فِيهِ وَكَانُواْ مُجۡرِمِينَ

Ese iyo haboneka mu migwi y’ababayeho aho hambere yanyu, abantu b’abagororotsi baguma babuza abandi kugarariza no kugenzwa n’ubwononyi kw’isi! Muri bo rero, ntihigeze haboneka kiretse abantu bake mu bemeramana Twarokoye mu bihano. Abirenganije muri nya migwi, bishinze kuryoherwa gusa n’ibihendamaso vy’isi, bari n’abanyavyaha bakwiye guhanwa koko.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah irakebura ibigaba mu bislamu bidahesha mu kwirenganya.