Skip to content
هُود /

Ayah 112

11 : 112
هُود Ayahs 123
Surah · هُود
Ikirundi · Gehiti
11 : 112

فَٱسۡتَقِمۡ كَمَآ أُمِرۡتَ وَمَن تَابَ مَعَكَ وَلَا تَطۡغَوۡاْۚ إِنَّهُۥ بِمَا تَعۡمَلُونَ بَصِيرٞ

Muvugishwamana! Shishikara rero kuba umugororotsi nk’uko wabitegetswe n’Imana Allah, wewe hamwe n’abigaye muri kumwe; kandi ntimukarenge ku mabwirizwa y’Imana Allah, burya Imana Allah, Irabona neza ivyo mukora vyose, ni Nyenukubona.