Skip to content
Surah List /

Al-Kawthar

ﰙ

Al-Kawthar is chapter 108 of the Quran and has 3 verses. This page presents it in full in the Uthmani script, with a verse-by-verse translation of its meaning.

3 Ayahs Surah No. 108
Go to ayah
Ikirundi · Gehiti
بِسْمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحْمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

إِنَّآ أَعۡطَيۡنَٰكَ ٱلۡكَوۡثَرَ

Muvugishwamana! Mu vy’ukuri, Twarakweguriye impano y’ivyiza vyinshi nta ngere kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.

Explanation & meanings · 1
  1. Muri ivyo vyiza, ni uruzi “Kawthar” ruri mu Bwami bw’ijuru, ku nkengera zarwo hari amahema yubatswe mu butare bw’agaciro “lulu”, umusenyi wo muri rwo, ni “miski”.

فَصَلِّ لِرَبِّكَ وَٱنۡحَرۡ

Kubera ivyo rero, senga wamizeko wongere ukerere kw’izina ry’Imana no ku bw’Imana yawe Rurema Allah.

إِنَّ شَانِئَكَ هُوَ ٱلۡأَبۡتَرُ

Mu vy’ukuri, uwugucokora akanka n’uburongozi warungikanwe, ni we yacitswe n’ivyiza vyose, kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.