Skip to content
يُونس /

Ayah 59

10 : 59
يُونس Ayahs 109
Surah · يُونس
Ikirundi · Gehiti
10 : 59

قُلۡ أَرَءَيۡتُم مَّآ أَنزَلَ ٱللَّهُ لَكُم مِّن رِّزۡقٖ فَجَعَلۡتُم مِّنۡهُ حَرَامٗا وَحَلَٰلٗا قُلۡ ءَآللَّهُ أَذِنَ لَكُمۡۖ أَمۡ عَلَى ٱللَّهِ تَفۡتَرُونَ

Ntumwa y’Imana! Bwira abahakana bivuye inyuma Qor’ani, uti: “Enda nyabuna, nimumbwire ico mwibaza ku vyerekeye ibibabeshaho mwaremewe n’Imana Allah, maze mukazirura bimwe muri vyo, ibindi mukabiziririza!”. Babaze uti: “Burya none, ni Imana Allah Yabarekuriye kuvuga ivyo! Canke murementaniriza Imana Allah ivyo Itigeze Ivuga!”.

Explanation & meanings · 1
  1. Mu bitungwa, ibiterwa n’ibindi vyiza mwaremewe n’Imana Allah.