Skip to content
At-Tawba /

Ayah 97

9 : 97

Ayah 97 of At-Tawba (9 : 97). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

At-Tawba Ayahs 129
Surah · At-Tawba
Ikirundi · Gehiti
9 : 97

ٱلۡأَعۡرَابُ أَشَدُّ كُفۡرٗا وَنِفَاقٗا وَأَجۡدَرُ أَلَّا يَعۡلَمُواْ حُدُودَ مَآ أَنزَلَ ٱللَّهُ عَلَىٰ رَسُولِهِۦۗ وَٱللَّهُ عَلِيمٌ حَكِيمٞ

Abarabu baba mu micungararo y’ibisagara, barangwa n’ubugarariji hamwe n’uburyarya bw’agahebuza gusumba ababa mu bisagara; baranakwiye kutamenya imbibe z’amabwirizwa Imana Allah Yahishuriye Intumwa yayo. Burya Imana Allah, ni Nyenubumenyikurivyose, Irazi ukuntu babayeho; Intungane mu vyo Ikora.

Explanation & meanings · 1
  1. Ivyo biterwa n’uko barangwa kenshi n’agatimatare gaturutse ku bumenyi buke butewe no kutaronka inyigisho zikwiye.