Skip to content
التوبَة /

Ayah 87

9 : 87

Ayah 87 of التوبَة (9 : 87). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 87

رَضُواْ بِأَن يَكُونُواْ مَعَ ٱلۡخَوَالِفِ وَطُبِعَ عَلَىٰ قُلُوبِهِمۡ فَهُمۡ لَا يَفۡقَهُونَ

Indyarya zashimye kuba imburakimazi mu kugumana n’abarekuriwe kutaja guharanira idini, ku mitima yazo haratewe ikimangu c’ubugarariji, ku kubera uburyarya no kutajana n’Intumwa (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ku rugamba, ntizinatahura namba indishi zagenewe abaharanira idini ry’Imana Allah.