Skip to content
التوبَة /

Ayah 86

9 : 86
التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 86

وَإِذَآ أُنزِلَتۡ سُورَةٌ أَنۡ ءَامِنُواْ بِٱللَّهِ وَجَٰهِدُواْ مَعَ رَسُولِهِ ٱسۡتَـٔۡذَنَكَ أُوْلُواْ ٱلطَّوۡلِ مِنۡهُمۡ وَقَالُواْ ذَرۡنَا نَكُن مَّعَ ٱلۡقَٰعِدِينَ

Ntumwa y'Imana! Iyo uhishuriwe igisomwa kibwiriza giti: “Nimwemere Imana Allah, munaharanire n'idini ry’Imana Allah muri kumwe n’Intumwa yayo, murondera indishi kuri Yo”, abifise mu ndyarya baca bagusaba n'impungenge n'akantu ko mutojana bati: “Enda tureke twigumanire hamwe n’abarekuriwe kutaja guharanira idini!”.

Explanation & meanings · 1
  1. Abafise ibituma bibarekurira kutaja ku rugamba; nk’abageze mu zabukuru, abarwaye, abakenyezi n’abana.