Skip to content
التوبَة /

Ayah 27

9 : 27
التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 27

ثُمَّ يَتُوبُ ٱللَّهُ مِنۢ بَعۡدِ ذَٰلِكَ عَلَىٰ مَن يَشَآءُۗ وَٱللَّهُ غَفُورٞ رَّحِيمٞ

Inyuma y'ivyo vyose rero, abazokwigaya bakavavanura n’ubugarariji bakaninjira mu bwislamu, Imana Allah Izoheza Yumvire uwo Ishatse muri bo, Imubabarire ivyaha vyiwe. Burya Imana Allah, ni Nyenimbabazi-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo.