9 : 125
وَأَمَّا ٱلَّذِينَ فِي قُلُوبِهِم مَّرَضٞ فَزَادَتۡهُمۡ رِجۡسًا إِلَىٰ رِجۡسِهِمۡ وَمَاتُواْ وَهُمۡ كَٰفِرُونَ
Nayo abo imitima yabo yasinzikajwe n’indwara y’uburyarya n’amakenga mw’idini, imanurwa rya nya gisomwa ribongerereza uburyarya ku bwo bari basanganwe, bakazorinda bapfa bakiri abagarariji.