Skip to content
التوبَة /

Ayah 102

9 : 102
التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 102

وَءَاخَرُونَ ٱعۡتَرَفُواْ بِذُنُوبِهِمۡ خَلَطُواْ عَمَلٗا صَٰلِحٗا وَءَاخَرَ سَيِّئًا عَسَى ٱللَّهُ أَن يَتُوبَ عَلَيۡهِمۡۚ إِنَّ ٱللَّهَ غَفُورٞ رَّحِيمٌ

Hari n’abandi rero mu bantu baba i Madina no mu micungararo yaho, bemanze ivyaha vyabo barigaya, baraheza baranabisabira imbabazi, bavanze ivyiza n’ibibi. Abo rero, hari aho Imana Allah Yobakirira ukwigaya kwabo. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo.

Explanation & meanings · 2
  1. Vy’ukwigaya ivyaha no gukora ibindi vyiza.
  2. Vy’ukutajana n’Intumwa ku rugamba n’ibindi bibi bakoze.