78 : 18
يَوۡمَ يُنفَخُ فِي ٱلصُّورِ فَتَأۡتُونَ أَفۡوَاجٗا
Ni umusi hazovuzwa inzamba igira kabiri, mugaca muzuka mu migwimigwi;
Explanation & meanings · 1
- Umugwi wose w’abantu, uzoza uri kumwe n’indongozi yawo mu Ntumwa.