74 : 48
فَمَا تَنفَعُهُمۡ شَفَٰعَةُ ٱلشَّٰفِعِينَ
Kuri uwo musi rero, ivugira ry’abavugira abandi nta co rizobamarira namba.
Explanation & meanings · 1
- Mu bamalayika, Intumwa n’abandi.
Ayah 48 of المُدثر (74 : 48). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.
فَمَا تَنفَعُهُمۡ شَفَٰعَةُ ٱلشَّٰفِعِينَ
Kuri uwo musi rero, ivugira ry’abavugira abandi nta co rizobamarira namba.