74 : 17
سَأُرۡهِقُهُۥ صَعُودًا
Nzomuha ibihano bikomakomeye cane ata gahengwe.
Explanation & meanings · 1
- Uwuvugwa muri izi Aayah, ni umuhakanyi ruhebwa w’i Makka, yitwa Al-Waliid mwene Al-Mughiira. Ibihano yasezeraniwe ng’aho, bitegekanirijwe uwo wese ahakana akarwanya ukuri yivuye inyuma.