72 : 20
قُلۡ إِنَّمَآ أَدۡعُواْ رَبِّي وَلَآ أُشۡرِكُ بِهِۦٓ أَحَدٗا
Ntumwa y’Imana! Vuga ubwire abagarariji uti: “Jewe, nsenga gusa Imana yanje Rurema Allah Yonyene, kandi sindayibangikanya n’ikindi kintu mu kuyisenga”.