Skip to content
الأعرَاف /

Ayah 170

7 : 170
الأعرَاف Ayahs 206
Surah · الأعرَاف
Ikirundi · Gehiti
7 : 170

وَٱلَّذِينَ يُمَسِّكُونَ بِٱلۡكِتَٰبِ وَأَقَامُواْ ٱلصَّلَوٰةَ إِنَّا لَا نُضِيعُ أَجۡرَ ٱلۡمُصۡلِحِينَ

Abafata nkama Igitabu ca Tawurati bakanubahiriza amabwirizwa n’izindi ngingo zirimwo, bakanatsimbataza amasengesho ku mwanya wayo, ni ukuri Twebwe Allah Tuzobahembera ivyo bakoze, ntitwigera Dutakaza namba indishi z’abatunganya neza ibikorwa vyabo.