Skip to content
الأعرَاف /

Ayah 118

7 : 118

Ayah 118 of الأعرَاف (7 : 118). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأعرَاف Ayahs 206
Surah · الأعرَاف
Ikirundi · Gehiti
7 : 118

فَوَقَعَ ٱلۡحَقُّ وَبَطَلَ مَا كَانُواْ يَعۡمَلُونَ

Ico gihe, ukuri kwaragaragaye ku bari ng’aho ko Musa ari Intumwa y’Imana vy’ukuri. Ikinyoma cagizwe na ba bakonikoni na co, carabatekurukanye, gikubitirwa ahabona maze barahinyuka.