Skip to content
المُجَادلة /

Ayah 17

58 : 17
المُجَادلة Ayahs 22
58 : 17

لَّن تُغۡنِيَ عَنۡهُمۡ أَمۡوَٰلُهُمۡ وَلَآ أَوۡلَٰدُهُم مِّنَ ٱللَّهِ شَيۡـًٔاۚ أُوْلَٰٓئِكَ أَصۡحَٰبُ ٱلنَّارِۖ هُمۡ فِيهَا خَٰلِدُونَ

Amatungo yazo hamwe n’ibibondo vyazo, ntibizozibuza guhanwa n’Imana Allah. Abo barangwa n’inyifato y’uburyarya, ni bo bantu bo mu muriro, bazowubamwo ibihe bidahera.

Explanation & meanings · 2
  1. Inyifato yo kurwanya idini ry’Imana Allah mu mvugo canke mu ngiro.
  2. Iyo ngingo, yega uwo wese yita ku rutare kugira aburagize abantu kwinjira mu bwislamu.