Skip to content
المُجَادلة /

Ayah 16

58 : 16

Ayah 16 of المُجَادلة (58 : 16). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

المُجَادلة Ayahs 22
58 : 16

ٱتَّخَذُوٓاْ أَيۡمَٰنَهُمۡ جُنَّةٗ فَصَدُّواْ عَن سَبِيلِ ٱللَّهِ فَلَهُمۡ عَذَابٞ مُّهِينٞ

Zagize indahiro zazo z’ikinyoma (ko zicisha bugufi, zemera) kuba inkinzo izikingira guhanwa, maze ziburagiza abantu kwinjira mu bwislamu. Kubera ivyo rero, zirategekanirijwe ibihano bisuzuguza.