56 : 23
كَأَمۡثَٰلِ ٱللُّؤۡلُوِٕ ٱلۡمَكۡنُونِ
Ku bwiza bwa nya bakenyezi, wogira ngo ni lulu zikiri aho zaremewe, zitarakorwako n’iminwe y’abantu;
Explanation & meanings · 1
- Lulu, ni ubwoko bw’ubutare bwiburungushuye, bucukurwa mw’ibahari, bukaba buboneka mu binyabuzima biba musi yaryo, bukagira amabara atandukanye; nk’ibara ryera, iryirabura, n’ayandi. Ni ubutare buzimvye cane.