54 : 7
خُشَّعًا أَبۡصَٰرُهُمۡ يَخۡرُجُونَ مِنَ ٱلۡأَجۡدَاثِ كَأَنَّهُمۡ جَرَادٞ مُّنتَشِرٞ
Umusi, amaso yavyo azoba araba hasi ku guteterwa, bigayitse, bisokoroka biva mu kuzimu nka kurya kw’inzige zaraze zigashwiragirika zigakwira hose;