54 : 17
وَلَقَدۡ يَسَّرۡنَا ٱلۡقُرۡءَانَ لِلذِّكۡرِ فَهَلۡ مِن مُّدَّكِرٖ
Ni ukuri, Twaranoroheje Qor’ani, mu kuntu isomwa, ukuntu ifatwa ku mutwe, hamwe rero n’ugutahurika kwayo ikanazigamwa, ku wushaka kwibuka akikebuka. Mbega none, hoba hari uwibuka ngo yikebuke!
Explanation & meanings · 1
- Iyi Aayah n’izindi zisusa na yo mu nsiguro, zihimiriza abantu kwiga, kwigisha no gusoma kenshi Qor’ani.