Skip to content
قٓ /

Ayah 38

50 : 38

Ayah 38 of قٓ (50 : 38). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

قٓ Ayahs 45
Surah · قٓ
Ikirundi · Gehiti
50 : 38

وَلَقَدۡ خَلَقۡنَا ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضَ وَمَا بَيۡنَهُمَا فِي سِتَّةِ أَيَّامٖ وَمَا مَسَّنَا مِن لُّغُوبٖ

Ni ukuri, Twaremye amajuru indwi n’isi hamwe n’ibiri hagati yavyo mu misi itandatu, kandi ntitwigeze Turuha namba.

Explanation & meanings · 1
  1. Uwufise ubushobozi n’ububasha bwo kurema ivyo vyose, arashoboye no gusubiza ubuzima abapfuye, maze bakazuka.