44 : 34
إِنَّ هَٰٓؤُلَآءِ لَيَقُولُونَ
Ntumwa y’Imana! Mu vy’ukuri aba babangikanyamana mu bantu warungitsweko, ni ukuri bavuga bahakana izurwa ry’ibiremwa;