44 : 12
رَّبَّنَا ٱكۡشِفۡ عَنَّا ٱلۡعَذَابَ إِنَّا مُؤۡمِنُونَ
Bagaheza bagasaba gukurwako nya gihano batakamba bati: “Mana yacu Rurema Allah! Turagusavye Udukureko kino gihano. Uramutse Ukidukuyeko, ni ukuri twoca tukwemeraˮ.
Ayah 12 of الدُّخان (44 : 12). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.