Skip to content
الزُّخرُف /

Ayah 87

43 : 87
الزُّخرُف Ayahs 89
43 : 87

وَلَئِن سَأَلۡتَهُم مَّنۡ خَلَقَهُمۡ لَيَقُولُنَّ ٱللَّهُۖ فَأَنَّىٰ يُؤۡفَكُونَ

Ntumwa y’Imana! Niwaramuka ubajije ababangikanyamana uwabaremye uwo ari we, ni ukuri bazokwishura ata guhigimanga ko baremwe n’Imana Allah. None, ni gute bayibangikanya ha kuyisenga ari Imwe Rudende!