43 : 81
قُلۡ إِن كَانَ لِلرَّحۡمَٰنِ وَلَدٞ فَأَنَا۠ أَوَّلُ ٱلۡعَٰبِدِينَ
Ntumwa y’Imana! Bwira ababangikanyamana bibwira ko abamalayika ari abakobwa b’Imana Allah, uti: “Nyenimpuhwe iyo Aba Afise umwana nk’uko mwibwira, ni jewe nobaye uwa mbere mu kwiyegereza nya mwana nkamusenga nk’uko mwibaza, ariko rero kizire ko Nyenimpuhwe Yogira umugore canke umwana;