Skip to content
Az-Zukhruf /

Ayah 8

43 : 8

Ayah 8 of Az-Zukhruf (43 : 8). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Az-Zukhruf Ayahs 89
Surah · Az-Zukhruf
Ikirundi · Gehiti
43 : 8

فَأَهۡلَكۡنَآ أَشَدَّ مِنۡهُم بَطۡشٗا وَمَضَىٰ مَثَلُ ٱلۡأَوَّلِينَ

Ni ho rero Twebwe Allah, Twahonya muri bo abimonogoje gusumba abandi mu guhakana bivuye inyuma Abavugishwamana bacu; abo bahakanyi bari n’abantu bafise inguvu n’ingabo gusumba abo warungitsweko. Ihonywa ryabo rero, ryagiye mu ngiro kubera ubugarariji n’itebura vyabo.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah, irahumuriza igatera n’intege Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).