43 : 74
إِنَّ ٱلۡمُجۡرِمِينَ فِي عَذَابِ جَهَنَّمَ خَٰلِدُونَ
Mu vy’ukuri, abanyavyaha barenga ku mabwirizwa y’Imana Allah, bazoba bari mu bihano vya Jahannamu ibihe bidahera;