Skip to content
الزُّخرُف /

Ayah 49

43 : 49
الزُّخرُف Ayahs 89
43 : 49

وَقَالُواْ يَٰٓأَيُّهَ ٱلسَّاحِرُ ٱدۡعُ لَنَا رَبَّكَ بِمَا عَهِدَ عِندَكَ إِنَّنَا لَمُهۡتَدُونَ

Ni ho Firawuni n’abunganizi biwe, baja ng’aho babwira Musa bati: “Wa murozi we! Enda rero nyabuna dusabire Imana yawe Rurema Allah, Iduhe ivyo Yagusezeraniye, maze Idukureko ibihano, mu vy’ukuri niyadukurako ivyo bihano, ni ukuri duca tukwemera, tube abagororotsi”.

Explanation & meanings · 1
  1. Umurozi canke umukonikoni igihe c’umwami Firawuni, yafatwa nk’umuntu w’umumenyi yubashwe, uburozi canke ubukonikoni, ico gihe nticari ikintu kibi kinebagurwa.