43 : 50
فَلَمَّا كَشَفۡنَا عَنۡهُمُ ٱلۡعَذَابَ إِذَا هُمۡ يَنكُثُونَ
Musa amaze gusaba ko ibihano vyokurwa, Tugaheza Twebwe Allah Tukabibakurako, baca bisubirako bagashishikara mu buhuvyi.
Ayah 50 of الزُّخرُف (43 : 50). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.