Skip to content
Az-Zukhruf /

Ayah 36

43 : 36

Ayah 36 of Az-Zukhruf (43 : 36). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Az-Zukhruf Ayahs 89
Surah · Az-Zukhruf
Ikirundi · Gehiti
43 : 36

وَمَن يَعۡشُ عَن ذِكۡرِ ٱلرَّحۡمَٰنِ نُقَيِّضۡ لَهُۥ شَيۡطَٰنٗا فَهُوَ لَهُۥ قَرِينٞ

Uwirengagije Qor’ani ari na rwo rwibutso rwa Nyenimpuhwe ku biremwa, maze akijajara mu kutayemera ngo ayigendere, Tumushinga shetani imwosha nabi kw’isi, maze igacudika na we, ikama imwosha kurenga ku mabwirizwa y’Imana Allah.

Explanation & meanings · 1
  1. Akomoka mu Majini no mu bantu.