Skip to content
الزُّخرُف /

Ayah 22

43 : 22
الزُّخرُف Ayahs 89
43 : 22

بَلۡ قَالُوٓاْ إِنَّا وَجَدۡنَآ ءَابَآءَنَا عَلَىٰٓ أُمَّةٖ وَإِنَّا عَلَىٰٓ ءَاثَٰرِهِم مُّهۡتَدُونَ

Ahubwo mbere bavuze bati: “Twebwe mu vy’ukuri, twasanze abavyeyi bacu bubahiriza iri dini; mu vy’ukuri rero, na twe twubahiriza iragi badusigiye”.