42 : 49
لِّلَّهِ مُلۡكُ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِۚ يَخۡلُقُ مَا يَشَآءُۚ يَهَبُ لِمَن يَشَآءُ إِنَٰثٗا وَيَهَبُ لِمَن يَشَآءُ ٱلذُّكُورَ
Imana Allah, ni Nyenubwami Igaba Ikaganza amajuru n’isi n’ibiri muri vyo. Irema ivyo Ishatse; Ironsa uwo Ishatse mu baja bayo, abana b’abahungu gusa; Ikaronsa uwo Ishatse muri bo, abana b’abakobwa gusa;