Skip to content
الشُّورى /

Ayah 44

42 : 44
الشُّورى Ayahs 53
Surah · الشُّورى
Ikirundi · Gehiti
42 : 44

وَمَن يُضۡلِلِ ٱللَّهُ فَمَا لَهُۥ مِن وَلِيّٖ مِّنۢ بَعۡدِهِۦۗ وَتَرَى ٱلظَّٰلِمِينَ لَمَّا رَأَوُاْ ٱلۡعَذَابَ يَقُولُونَ هَلۡ إِلَىٰ مَرَدّٖ مِّن سَبِيلٖ

Uwubaye intumva rero, Imana Allah Ikamuhubisha inzira kubera ubutumva bwiwe mu kurenganya abandi, ntashobora kuronka umuhagarikizi n’umwe amurongora mu nzira yayo. Ntumwa y’Imana! Ku musi w’izuka, uzobona abirenganije mu bugarariji igihe babonye ibihano bibarindiriye, batakambira Imana Allah, bicuza bavuga bati: “Ubwo nta kuntu twosubizwa kw’isi tugaheza tukakwumvira ga Mana!”. Ico gihe rero, ntibazokwumvirwa namba;