Skip to content
الشُّورى /

Ayah 26

42 : 26

Ayah 26 of الشُّورى (42 : 26). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الشُّورى Ayahs 53
Surah · الشُّورى
Ikirundi · Gehiti
42 : 26

وَيَسۡتَجِيبُ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ وَيَزِيدُهُم مِّن فَضۡلِهِۦۚ وَٱلۡكَٰفِرُونَ لَهُمۡ عَذَابٞ شَدِيدٞ

Abemeye Imana Allah n’Intumwa yayo, barumvira Imana Allah mu gukora ivyiza Ibategeka, Ikanabongerereza mu mpano zayo. Abagararije Imana Allah n’Intumwa yayo na bo, barategekanirijwe ku musi w’izuka ibihano bikaze.

Explanation & meanings · 1
  1. Nko gushobozwa mu bikorwa no kugwirizwa indishi, n’ibindi.