Skip to content
الشُّورى /

Ayah 25

42 : 25

Ayah 25 of الشُّورى (42 : 25). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الشُّورى Ayahs 53
Surah · الشُّورى
Ikirundi · Gehiti
42 : 25

وَهُوَ ٱلَّذِي يَقۡبَلُ ٱلتَّوۡبَةَ عَنۡ عِبَادِهِۦ وَيَعۡفُواْ عَنِ ٱلسَّيِّـَٔاتِ وَيَعۡلَمُ مَا تَفۡعَلُونَ

Imana Allah, ni Yo Yakira ukwigaya kw’abaja bayo iyo bagarutse kuri Yo Yonyene, Ikanababarira ibicumuro vyabo. Irazi rero n’ivyo mugira kw’isi, vyaba vyiza canke bibi.