Skip to content
فُصِّلَت /

Ayah 51

41 : 51

Ayah 51 of فُصِّلَت (41 : 51). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

فُصِّلَت Ayahs 54
Surah · فُصِّلَت
Ikirundi · Gehiti
41 : 51

وَإِذَآ أَنۡعَمۡنَا عَلَى ٱلۡإِنسَٰنِ أَعۡرَضَ وَنَـَٔا بِجَانِبِهِۦ وَإِذَا مَسَّهُ ٱلشَّرُّ فَذُو دُعَآءٍ عَرِيضٖ

Iyo rero Twebwe Allah, Duhaye umuntu inema zacu akaroranirwa mu buzima, aca ahindukira akagira amanyama. Iyo naho akozweko n’ikiza c’ubukene canke indwara n'ibindi, araheza agasaba Imana Allah ayitabaza ko Ikimukurako.

Explanation & meanings · 1
  1. Umuntu amenya Imana Allah iyo ari mu magorwa, agaheza akayisaba; ariko iyo Igize ngo Iramukuye muri nya magorwa, aca ayigarariza akanayihambazako.