Skip to content
غَافِر /

Ayah 81

40 : 81
غَافِر Ayahs 85
Surah · غَافِر
Ikirundi · Gehiti
40 : 81

وَيُرِيكُمۡ ءَايَٰتِهِۦ فَأَيَّ ءَايَٰتِ ٱللَّهِ تُنكِرُونَ

Imana Allah, Iranabereka ivyemezo vyayo vyinshi kandi bitomoye, vyerekana ubushobozi n’ububasha vyayo ifise ku biremwa. None ni icemezo nyabaki mu vyemezo vyayo mubeshuza mugahakana!