Skip to content
غَافِر /

Ayah 70

40 : 70
غَافِر Ayahs 85
Surah · غَافِر
Ikirundi · Gehiti
40 : 70

ٱلَّذِينَ كَذَّبُواْ بِٱلۡكِتَٰبِ وَبِمَآ أَرۡسَلۡنَا بِهِۦ رُسُلَنَاۖ فَسَوۡفَ يَعۡلَمُونَ

Abahakana bivuye inyuma Qor’ani hamwe n’ibindi Bitabu Twarungikanye Intumwa zacu kugira birongore abantu mu nzira yacu, bitebe bitebuke, bazomenya inkurikizi y’ubuhakanyi bwabo;