40 : 32
وَيَٰقَوۡمِ إِنِّيٓ أَخَافُ عَلَيۡكُمۡ يَوۡمَ ٱلتَّنَادِ
Bantu banje! Jewe mu vy’ukuri, ndatinya ko mwoshikirwa n’ibihano vyo ku musi w’izuka, igihe abantu bazohamagarana hagati yabo bivuye ku ntureka z’uwo musi;