40 : 24
إِلَىٰ فِرۡعَوۡنَ وَهَٰمَٰنَ وَقَٰرُونَ فَقَالُواْ سَٰحِرٞ كَذَّابٞ
Twamurungitse kwa Firawuni wa Misiri, Haamaana na Qaaruuni, maze baca bavuga bamirira kure ubutumwa bwiwe n’amanyama n’akantu bati: “Musa, ni umurozi akaba n’umukonikoni w’umubeshi ruhebwa”.